Notice: fread(): Read of 8192 bytes failed with errno=21 Is a directory in /home/spcnsbur/domains/spcns-burundi.net/public_html/templates/spcnsburundi2017/index.php on line 1
INAMA YOGUTSIMBATAZA AMAHORO N'UMUTEKANO YABEREYE MUNTARA YA CIBITOKE.

Iyi nama ikaba yarigizwe n'ingingo nkuru nkuru zikurikira:

  1. kubumbatira ubumwe bwacu, hamwe n'ugukomeza ibikorwa vy’iterambere;
  2. Guhanahana inkuru muntumbero yo kuzitira tutaronerwa;
  3. kubajejwe intwaro, kugenzura imisi yose ibitabo vy’ingo (cahiers de ménages) hamwe n'uruja n'uruza rw'abantu;
  4. Kurwanya ibihuha, cane cane biciye kumbuga nguruka na bumenyi, kuko bihungabanya umutekano;
  5. Gushigikira urwaruka hamwe n'ukurwigisha uburyo bwo kwibeshaho, arivyo twita entreprenariat, na cane cane ko haheruka gushingwa ibanki y'urwaruka;
  6. Kugwiza umwimbu kugirango twihaze mu biribwa;
  7. Kurwanya abasahura abanyagihugu hamwe n'abakora urudandazwa rutemewe n'amategeko (fraude).

Raba hano ijambo nyakwubahwa Umunyamabanga Ntayegayezwa w'Inama Nkuru y'Igihugu Ijejwe Umutekano,  Coloneli P. Claver NZISABIRA, yashikirije.

    

Mu guheraheza iyo nama, abanegihugu bakaba baronse akaryo ko gushikiriza ibibazo vyabo.

PUBLICATIONS

juin 2023
lmmjvsd
1234
567891011
12131415161718
19202122232425
2627282930
Copyright © 2023 SPCNS-Burundi. Tous Droits Réservés.
Conçu et Réalisé par BD HOPE COMPANY